caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 21

Medina · revelation order 92 · 4:21

وَكَيْفَ تَأْخُذُونَهُۥ وَقَدْ أَفْضَىٰ بَعْضُكُمْ إِلَىٰ بَعْضٍ وَأَخَذْنَ مِنكُم مِّيثَٰقًا غَلِيظًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi gute mworekurirwa kuyihako kandi mwaramaze kwihererana na bo mu kurangura amabanga y’abubatse, kandi na bo nyene bakaba baramaze kubaha isezerano riremereye ryo kubana ku neza canke kwahukana ku neza!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70