caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 159

Medina · revelation order 92 · 4:159

وَإِن مِّنْ أَهْلِ ٱلْكِتَٰبِ إِلَّا لَيُؤْمِنَنَّ بِهِۦ قَبْلَ مَوْتِهِۦ وَيَوْمَ ٱلْقِيَٰمَةِ يَكُونُ عَلَيْهِمْ شَهِيدًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu bahawe Igitabu rero, nta n’umwe atazokwemera vy’ukuri Intumwa Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) igihe yagarutse kw’isi mu bihe vy’iherezo, imbere yuko isango ryo guhwera kwayo rigera. Kandi ku musi w’izuka, Intumwa Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) izobera icabona abayemeye muri bo, yagirize n’abayigararije mu kubeshuza ivyo bayirementanirije.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70