caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 158

Medina · revelation order 92 · 4:158

بَل رَّفَعَهُ ٱللَّهُ إِلَيْهِ وَكَانَ ٱللَّهُ عَزِيزًا حَكِيمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo Imana Allah Yarareruye iwayo Intumwa Isa wese muzima adora, gutyo Imukiza abagarariji. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70