caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saad, Verse 35

Mecca · revelation order 38 · 38:35

قَالَ رَبِّ ٱغْفِرْ لِى وَهَبْ لِى مُلْكًا لَّا يَنۢبَغِى لِأَحَدٍ مِّنۢ بَعْدِىٓ إِنَّكَ أَنتَ ٱلْوَهَّابُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAraheza avuga mu kwigaya kwiwe ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ngumiriza akabanga Umbabarire ivyaha, Umpe n’ubwami buhambaye Utazokwigera Uha n’umwe mu bantu bo mu nyuma zanje. Mu vy’ukuri, Wewe Uri Bigaburoˮ.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70