أَمْ أَنزَلْنَا عَلَيْهِمْ سُلْطَٰنًا فَهُوَ يَتَكَلَّمُ بِمَا كَانُوا۟ بِهِۦ يُشْرِكُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega none Twoba Twaramanuriye ababangikanyamana icemezo civugira kikerekana, ko igarariza n’ibangikanyamana vyabo vyemewe!
أَمْ أَنزَلْنَا عَلَيْهِمْ سُلْطَٰنًا فَهُوَ يَتَكَلَّمُ بِمَا كَانُوا۟ بِهِۦ يُشْرِكُونَ