caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 68

Medina · revelation order 89 · 3:68

إِنَّ أَوْلَى ٱلنَّاسِ بِإِبْرَٰهِيمَ لَلَّذِينَ ٱتَّبَعُوهُ وَهَٰذَا ٱلنَّبِىُّ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَٱللَّهُ وَلِىُّ ٱلْمُؤْمِنِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, abakwiye kwiyitirira Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), ni abemeye ubutumwa bwiwe bakanakurikira idini ryiwe, hamwe rero n’iyi Ntumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) n’abayemeye bakayikurikira, burya kandi rero Imana Allah ni Yo Muhagarikizi w’abemeramana bubahiriza amabwirizwa yayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70