caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 191

Medina · revelation order 89 · 3:191

ٱلَّذِينَ يَذْكُرُونَ ٱللَّهَ قِيَٰمًا وَقُعُودًا وَعَلَىٰ جُنُوبِهِمْ وَيَتَفَكَّرُونَ فِى خَلْقِ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلْأَرْضِ رَبَّنَا مَا خَلَقْتَ هَٰذَا بَٰطِلًا سُبْحَٰنَكَ فَقِنَا عَذَابَ ٱلنَّارِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBarya baninahaza bagatazira Imana Allah bahagaze, bicaye canke baryamiye urubavu, bakanaguma biyumvira ubushobozi bw’Imana Allah mu kurema amajuru indwi n’isi, bagaheza bakavuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Ntiwaremeye ubusa ibi vyose! Ininahazwa ni iryawe Mana, turagusavye rero Udukingire ibihano vy’umuriro udahera;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70