caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ankaboot, Verse 16

Mecca · revelation order 85 · 29:16

وَإِبْرَٰهِيمَ إِذْ قَالَ لِقَوْمِهِ ٱعْبُدُوا۟ ٱللَّهَ وَٱتَّقُوهُ ذَٰلِكُمْ خَيْرٌ لَّكُمْ إِن كُنتُمْ تَعْلَمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka na Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), igihe yabwira abantu biwe yarungitsweko ati: “Enda rero nyabuna nimusenge Imana Imwe Rudende Allah mutayibangikanya na kimwe mu biremwa, muheze mwikingire ibihano vyayo mu kuyigamburukira, ivyo ni vyo vyiza gusumba kuri mwebwe nimwaba muzi ivyobagirira akamaro;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70