caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 76

Mecca · revelation order 49 · 28:76

إِنَّ قَٰرُونَ كَانَ مِن قَوْمِ مُوسَىٰ فَبَغَىٰ عَلَيْهِمْ وَءَاتَيْنَٰهُ مِنَ ٱلْكُنُوزِ مَآ إِنَّ مَفَاتِحَهُۥ لَتَنُوٓأُ بِٱلْعُصْبَةِ أُو۟لِى ٱلْقُوَّةِ إِذْ قَالَ لَهُۥ قَوْمُهُۥ لَا تَفْرَحْ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يُحِبُّ ٱلْفَرِحِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri Qaaruuni, yari mu bantu ba Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) araheza abishimako. Twebwe Allah, Twaranahaye Qaaruuni amatungo menshi, kugera n’aho impfunguruzo z’ububiko bwa nya matungo zaterurwa n’umugwi w’abagabo b’imirya. Igihe rero abantu ba Qaaruuni bamubwira bamuhanura bati: “Ntugire amanyama mu kwishimira amatungo yawe; mu vy’ukuri Imana Allah, ntikunda na gato abanyamanyama bishimira ivyo bafise, ha kuyishimira ku nema zayo;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70