caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 50

Mecca · revelation order 49 · 28:50

فَإِن لَّمْ يَسْتَجِيبُوا۟ لَكَ فَٱعْلَمْ أَنَّمَا يَتَّبِعُونَ أَهْوَآءَهُمْ وَمَنْ أَضَلُّ مِمَّنِ ٱتَّبَعَ هَوَىٰهُ بِغَيْرِ هُدًى مِّنَ ٱللَّهِ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَهْدِى ٱلْقَوْمَ ٱلظَّٰلِمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNibatashobora kuzana nya gitabu, bakabura n’ikindi cireguzo berekana, uzoce umenya rero ko bakurikira ivyipfuzo vyabo gusa. Nta muntu n’umwe yahuvye yoza asumba uwutwarwa n’ivyipfuzo vyiwe, atisunga uburongozi buvuye ku Mana Allah. Mu vy’ukuri Imana Allah, ntirongora mu nzira yayo abantu birenganya mu guca kubiri n’amabwirizwa yayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70