caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 46

Mecca · revelation order 49 · 28:46

وَمَا كُنتَ بِجَانِبِ ٱلطُّورِ إِذْ نَادَيْنَا وَلَٰكِن رَّحْمَةً مِّن رَّبِّكَ لِتُنذِرَ قَوْمًا مَّآ أَتَىٰهُم مِّن نَّذِيرٍ مِّن قَبْلِكَ لَعَلَّهُمْ يَتَذَكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiEka ntiwari no hambavu y’umusozi wa Twuuri Sinayi igihe Twahamagara Musa Tukavugana ukuri kwamye, ariko Twakurungitse kugira ubere ibiremwa impuhwe zivuye ku Mana yawe Rurema Allah, uheze ugabishe ku bihano vyacu abantu batigeze bashikirwa n’umugabisha hambere yawe, kugira bibuke baheze bikebuke.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70