وَمَا كُنتَ بِجَانِبِ ٱلْغَرْبِىِّ إِذْ قَضَيْنَآ إِلَىٰ مُوسَى ٱلْأَمْرَ وَمَا كُنتَ مِنَ ٱلشَّٰهِدِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ntiwari hambavu y’umusozi uri mu burengero bw’aho Musa yari ari, igihe Tumuha amabwirizwa Tukamutuma kwa Firawuni n’abantu biwe; ntiwari no mu babonye ingene vyagenze ngo ubimenye, uheze uvyiganire abantu.