caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 18

Mecca · revelation order 49 · 28:18

فَأَصْبَحَ فِى ٱلْمَدِينَةِ خَآئِفًا يَتَرَقَّبُ فَإِذَا ٱلَّذِى ٱسْتَنصَرَهُۥ بِٱلْأَمْسِ يَسْتَصْرِخُهُۥ قَالَ لَهُۥ مُوسَىٰٓ إِنَّكَ لَغَوِىٌّ مُّبِينٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero Musa yaguma mu gisagara ca Misiri afise ubwoba, agendereza kugira yumve inkuru z’ibivugwa ku rupfu rw’Umunyagiputa yaraye yishwe. Yahavuye arenguka kuri wa muntu yamwiyambaza ubuheze, ariko ararwana n’uwundi Munyagiputa, amuhamagara ngo amutabare kandi. Musa n’ishavu n’akantu aca amubwira ati: “Mu vy’ukuri, ni ukuri wewe uri umusomborotsi n’inkwezi y’amabi yeruye”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70