caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 19

Mecca · revelation order 49 · 28:19

فَلَمَّآ أَنْ أَرَادَ أَن يَبْطِشَ بِٱلَّذِى هُوَ عَدُوٌّ لَّهُمَا قَالَ يَٰمُوسَىٰٓ أَتُرِيدُ أَن تَقْتُلَنِى كَمَا قَتَلْتَ نَفْسًۢا بِٱلْأَمْسِ إِن تُرِيدُ إِلَّآ أَن تَكُونَ جَبَّارًا فِى ٱلْأَرْضِ وَمَا تُرِيدُ أَن تَكُونَ مِنَ ٱلْمُصْلِحِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMusa agize ngo abanguye igipfunsi akubite wa Munyagiputa, wa muntu n’ubwoba n’akantu aca avuga ati: “Ewe Musa! Aho nyene ushaka kunyica nk’uko wishe umuntu ejo! Ntushaka kuba kiretse intagondwa kw’isi, kanatsinda ntunashaka kuba mu bantu banywanisha, bagatunganiriza abandi”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70