caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Naml, Verse 92

Mecca · revelation order 48 · 27:92

وَأَنْ أَتْلُوَا۟ ٱلْقُرْءَانَ فَمَنِ ٱهْتَدَىٰ فَإِنَّمَا يَهْتَدِى لِنَفْسِهِۦ وَمَن ضَلَّ فَقُلْ إِنَّمَآ أَنَا۠ مِنَ ٱلْمُنذِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNategetswe no gusomera abantu Qor’ani”. Kubera ivyo rero, uwuzotumbera inzira igororotse akagendera Qor’ani, ni ukuri ni we nyene bizogirira akamaro; nayo uwuzohuba iyo nzira akaba intumva, Ntumwa y’Imana! Uraheza umubwire uti: “Ni ukuri jewe, ndi mu bagabisha ku bihano vy’Imana Allah, sinjejwe kubahatira kwemera”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70