caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Naml, Verse 91

Mecca · revelation order 48 · 27:91

إِنَّمَآ أُمِرْتُ أَنْ أَعْبُدَ رَبَّ هَٰذِهِ ٱلْبَلْدَةِ ٱلَّذِى حَرَّمَهَا وَلَهُۥ كُلُّ شَىْءٍ وَأُمِرْتُ أَنْ أَكُونَ مِنَ ٱلْمُسْلِمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Bwira abantu bose uti: “Ni ukuri, nategetswe gusenga Imana Rurema w’iki gisagara ca Makka, Imana Allah Yaziririje ku biremwa ko, nya gisagara giseserwamwo amaraso ku karenganyo, ko hatagira n’umwe akirenganirizwamwo, ko ata gihigwa c’aho gihigirwamwo, canke ngo hagire igiti c’aho cicirirwamwo, ni na Yo Nyeningingo ku kintu cose. Naranategetswe no kuba ndi mu bislamu bicisha bugufi mu kwubahiriza amabwirizwa;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70