وَمَا مِنْ غَآئِبَةٍ فِى ٱلسَّمَآءِ وَٱلْأَرْضِ إِلَّا فِى كِتَٰبٍ مُّبِينٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNta n’ikintu na kimwe kinyegejwe ibiremwa mw’ijuru no mw’isi, kiretse ko kiri mu Gitabu nyezina “Lawhu Mahfuudhw” gitomora kigahetura vyose ku Mana Allah; vyaba ari ivyo muri kahise canke muri kazoza.