قُلْ عَسَىٰٓ أَن يَكُونَ رَدِفَ لَكُم بَعْضُ ٱلَّذِى تَسْتَعْجِلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga ubwire ababangikanyamana uti: “Tenyenya! Kumbure hari n’aho bimwe mu bihano mwihutisha, vyoba biri hafi gushika”.
قُلْ عَسَىٰٓ أَن يَكُونَ رَدِفَ لَكُم بَعْضُ ٱلَّذِى تَسْتَعْجِلُونَ