قُلْ سِيرُوا۟ فِى ٱلْأَرْضِ فَٱنظُرُوا۟ كَيْفَ كَانَ عَٰقِبَةُ ٱلْمُجْرِمِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga ubwire abahakana bivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa, uti: “Ehe nimugendagende kw’isi, muheze mwirabire iherezo ry’abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, uko ryagenze”.