caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Naml, Verse 68

Mecca · revelation order 48 · 27:68

لَقَدْ وُعِدْنَا هَٰذَا نَحْنُ وَءَابَآؤُنَا مِن قَبْلُ إِنْ هَٰذَآ إِلَّآ أَسَٰطِيرُ ٱلْأَوَّلِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ukuri, kuva kera na rindi, twarasezeraniwe twebwe hamwe n’abavyeyi bacu ko tuzozuka, ariko gushika n’ubu nta kiraba! Iri sezerano ry’izurwa ry’ibiremwa, si ikindi kiretse ko ari imigani n’ibitito vy’ab’aho hambere”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70