فَأَنجَيْنَٰهُ وَأَهْلَهُۥٓ إِلَّا ٱمْرَأَتَهُۥ قَدَّرْنَٰهَا مِنَ ٱلْغَٰبِرِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho Twebwe Allah, Twategeka Luutwi n’umuryango wiwe kuva muri nya gisagara, Turaheza Tubarokora mu bihano vyari bigiye gushika, kiretse umugore wiwe yahonejwe mu bandi kuko yashigikira ingeso zabo mbi.