caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Naml, Verse 56

Mecca · revelation order 48 · 27:56

فَمَا كَانَ جَوَابَ قَوْمِهِۦٓ إِلَّآ أَن قَالُوٓا۟ أَخْرِجُوٓا۟ ءَالَ لُوطٍ مِّن قَرْيَتِكُمْ إِنَّهُمْ أُنَاسٌ يَتَطَهَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIco gihe, nta nyishu yatanzwe n’abantu ba Luutwi, atari ukubwirana hagati yabo bati: “Luutwi n’umuryango wiwe, nimubomore mu gisagara canyu. Mu vy’ukuri, bo ni abantu biyubashe[6]!”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70