وَبُرِّزَتِ ٱلْجَحِيمُ لِلْغَاوِينَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiUmuriro ururumba na wo, ushirirwe ahabona abarenze ku mabwirizwa y’Imana Allah, bakanahakana bivuye inyuma Intumwa zayo;