وَقُل رَّبِّ أَعُوذُ بِكَ مِنْ هَمَزَٰتِ ٱلشَّيَٰطِينِ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga uti: “Mana yanje Rurema Allah! Ndakwikinzeko Unkingire inyoshambi z’amashetani zituma umuntu agenzwa n’ubwononyi akanarwanya n’ukuri;
وَقُل رَّبِّ أَعُوذُ بِكَ مِنْ هَمَزَٰتِ ٱلشَّيَٰطِينِ