عَٰلِمِ ٱلْغَيْبِ وَٱلشَّهَٰدَةِ فَتَعَٰلَىٰ عَمَّا يُشْرِكُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi Yo Rumenyi w’ibintu vyose, Irazi ibinyegeje n’ibiboneka, nihabwe rero icubahiro nta ngere mu buryo burengeye cane ivyo ababangikanyamana bayibangikanya.