بَلْ أَتَيْنَٰهُم بِٱلْحَقِّ وَإِنَّهُمْ لَكَٰذِبُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo rero Twebwe Allah, Twazaniye abahakanyi ukuri mu vyo Twarungikanye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah); mu vy’ukuri abahakanyi, nta nkeka ko banyomoza mw’ibangikanyamana no mw’ihakana ry’izurwa ry’ibiremwa.