caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 89

Mecca · revelation order 74 · 23:89

سَيَقُولُونَ لِلَّهِ قُلْ فَأَنَّىٰ تُسْحَرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBazoheza bakwishure bavuga bati: “Ivyo vyose biganzwa n’Imana Allah”. Uraca ubabwira rero uti: “Ni gute none mwihenda mu kudasenga Imana Imwe Rudende Allah no mu kutemera izurwa ry’ibiremwa!”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70