وَتَٱللَّهِ لَأَكِيدَنَّ أَصْنَٰمَكُم بَعْدَ أَن تُوَلُّوا۟ مُدْبِرِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIbrahimu ni ho yahigira nya bigirwamana, maze avuga ati: “Ndanarahiye kw’izina ry’Imana Allah, ko ntegerezwa gukora ibishoboka vyose nkamenagura ibigirwamana vyanyu nimwamara kubisiga vyonyene”.