caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Anbiyaa, Verse 56

Mecca · revelation order 73 · 21:56

قَالَ بَل رَّبُّكُمْ رَبُّ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلْأَرْضِ ٱلَّذِى فَطَرَهُنَّ وَأَنَا۠ عَلَىٰ ذَٰلِكُم مِّنَ ٱلشَّٰهِدِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIbrahimu yababwiye ati: “Ahubwo Imana yanyu Rurema Allah ndabararikira gusenga, ni Yo Mana Yaremye amajuru n’isi, kandi jewe kuri ivyo ndi mu bavyemeza koko”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70