caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 128

Mecca · revelation order 45 · 20:128

أَفَلَمْ يَهْدِ لَهُمْ كَمْ أَهْلَكْنَا قَبْلَهُم مِّنَ ٱلْقُرُونِ يَمْشُونَ فِى مَسَٰكِنِهِمْ إِنَّ فِى ذَٰلِكَ لَـَٔايَٰتٍ لِّأُو۟لِى ٱلنُّهَىٰ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mbega abantu warungitsweko, ibihano vy’ihonywa ry’imigwi myinshi Twahoneje aho hambere yabo, ntibiratuma batumbera inzira igororotse, kandi baca ahahoze imihana yabo, bakabona n’ibisigarira vya nya bihano! Mu vy’ukuri muri iryo honywa ry’imigwi myinshi, ni ukuri harimwo inkebuzo ku banyabwenge babushitse.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70