caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 127

Mecca · revelation order 45 · 20:127

وَكَذَٰلِكَ نَجْزِى مَنْ أَسْرَفَ وَلَمْ يُؤْمِنۢ بِـَٔايَٰتِ رَبِّهِۦ وَلَعَذَابُ ٱلْـَٔاخِرَةِ أَشَدُّ وَأَبْقَىٰٓ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Tuzohana abirengagije ivyemezo vyacu - Duhana kw’isi uwimonogoje mu butumva, ntaheze ngo yemere ivyemezo vy’Imana yiwe Rurema Allah; ni ukuri, n’ibihano yategekanirijwe mu buzima bw’inyuma yo gupfa, birakaze kandi vyamaho.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70