قَالُوا۟ ٱدْعُ لَنَا رَبَّكَ يُبَيِّن لَّنَا مَا هِىَ قَالَ إِنَّهُۥ يَقُولُ إِنَّهَا بَقَرَةٌ لَّا فَارِضٌ وَلَا بِكْرٌ عَوَانٌۢ بَيْنَ ذَٰلِكَ فَٱفْعَلُوا۟ مَا تُؤْمَرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBaraheza bavuga bati: “Dusabire Imana yawe Rurema Allah Idusobanurire ibiranga iyo nka”. Maze ibishura iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah Ibabwira Iti: “Ibiranga iyo nka, ntishaje, kandi si ishashi, ni iyiri hagati na hagati y’izo. Kubera ivyo rero, nimushire mu ngiro ivyo mutegetswe””.