caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 49

Medina · revelation order 87 · 2:49

وَإِذْ نَجَّيْنَٰكُم مِّنْ ءَالِ فِرْعَوْنَ يَسُومُونَكُمْ سُوٓءَ ٱلْعَذَابِ يُذَبِّحُونَ أَبْنَآءَكُمْ وَيَسْتَحْيُونَ نِسَآءَكُمْ وَفِى ذَٰلِكُم بَلَآءٌ مِّن رَّبِّكُمْ عَظِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNimwibuke inema zanje Nabahaye muheze mushime, mwibuke n’igihe Tubakuyeko amagorwa y’abantu ba Firawuni yo gucurwa bufuni na buhoro, babaha ibihano bikomeye, bagakereragura abana banyu b’abahungu, bagasigaza abakobwa banyu ku gutinya ko mu bahungu hovamwo uwuzoza gukura ubutegetsi bwiwe. Muri ivyo vyose vyabashikiye rero, harimwo igeragezwa rikomeye rivuye ku Mana yanyu Rurema Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70