caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 38

Medina · revelation order 87 · 2:38

قُلْنَا ٱهْبِطُوا۟ مِنْهَا جَمِيعًا فَإِمَّا يَأْتِيَنَّكُم مِّنِّى هُدًى فَمَن تَبِعَ هُدَاىَ فَلَا خَوْفٌ عَلَيْهِمْ وَلَا هُمْ يَحْزَنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiTwabategetse Duti: “Nimumanuke mwese muve mu Bwami bw’ijuru. Nimwashikirwa n’uburongozi bwanje, abazokwemera bagakurikiza uburongozi bwanje, abo nta bwoba kuri bo bwo guhanwa, eka mbere bobo ntibazokwicwa n’intuntu y’ivyo basize kw’isi”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70