caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 28

Medina · revelation order 87 · 2:28

كَيْفَ تَكْفُرُونَ بِٱللَّهِ وَكُنتُمْ أَمْوَٰتًا فَأَحْيَٰكُمْ ثُمَّ يُمِيتُكُمْ ثُمَّ يُحْيِيكُمْ ثُمَّ إِلَيْهِ تُرْجَعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBabangikanyamana! Ni gute mugarariza mugahakana isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah! Mu gihe mwari nk’abapfu mutararemwa, maze Imana Allah Irabarema, Ibaha ubuzima, inyuma y’aho Ibaka nya buzima urwanyu rugeze, murapfa. Hanyuma rero Ikazobasubiza kandi ubuzima mukazuka. Hanyuma ni kuri Yo muzosubizwa kugira muharurirwe muheze muhemberwe ivyo mwakoze.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70