وَكَيْفَ تَصْبِرُ عَلَىٰ مَا لَمْ تُحِطْ بِهِۦ خُبْرًا Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi gute wokwihanganira ivyo mpava nkora turi kumwe, kandi utigeze ugira ico ubiziko!”.