caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Israa, Verse 38

Mecca · revelation order 50 · 17:38

كُلُّ ذَٰلِكَ كَانَ سَيِّئُهُۥ عِندَ رَبِّكَ مَكْرُوهًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIzo ngingo n’amabwirizwa y’ibiziririjwe vyadondaguwe ng’aho hejuru, ibibi bibikomokako, Imana yawe Rurema Allah ntibikunda namba.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70