caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nahl, Verse 19

Mecca · revelation order 70 · 16:19

وَٱللَّهُ يَعْلَمُ مَا تُسِرُّونَ وَمَا تُعْلِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBurya, Imana Allah Irazi neza ivyo mukora vyose, kandi Izobibahembera, vyaba ivyo muhisha mu mishaha canke ivyo mukorera mu mpisho, hamwe n’ivyo mukorera ku mugaragaro.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70