caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ar-Ra'd, Verse 36

Medina · revelation order 96 · 13:36

وَٱلَّذِينَ ءَاتَيْنَٰهُمُ ٱلْكِتَٰبَ يَفْرَحُونَ بِمَآ أُنزِلَ إِلَيْكَ وَمِنَ ٱلْأَحْزَابِ مَن يُنكِرُ بَعْضَهُۥ قُلْ إِنَّمَآ أُمِرْتُ أَنْ أَعْبُدَ ٱللَّهَ وَلَآ أُشْرِكَ بِهِۦٓ إِلَيْهِ أَدْعُوا۟ وَإِلَيْهِ مَـَٔابِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNo mu bahawe Igitabu mu bayahudi n’abanaswara, harimwo abakwemeye baraheza baragukurikira[10], baranahimbarwa na Qor’ani wamanuriwe kuko ishimangira ukuri basanzwe bazi; no mu migwi yiyunze mu kukugarariza[11], harimwo abahakana bivuye inyuma bimwe mu vyo wamanuriwe. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Ni ukuri, nategetswe n’Imana Allah ko noyisenga Yo Yonyene, ntayibangikanya na kimwe; ndarikira abantu ko boyisenga ari Imwe Rudende batayibangikanya, n’ubuganuko bwanje rero ni kuri Yo”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70