ثُمَّ بَدَا لَهُم مِّنۢ بَعْدِ مَا رَأَوُا۟ ٱلْـَٔايَٰتِ لَيَسْجُنُنَّهُۥ حَتَّىٰ حِينٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu nyuma y’aho abatware ba Misiri baboneye ivyemezo vy’uko Yusufu ata na kimwe kimwagira, bafashe ingingo yuko ashirwa mw’ibohero ikiringo kanaka, ku kwanka gukoza ibara umuryango w’umushikirangoma wa Misiri;