caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yusuf, Verse 32

Mecca · revelation order 53 · 12:32

قَالَتْ فَذَٰلِكُنَّ ٱلَّذِى لُمْتُنَّنِى فِيهِ وَلَقَدْ رَٰوَدتُّهُۥ عَن نَّفْسِهِۦ فَٱسْتَعْصَمَ وَلَئِن لَّمْ يَفْعَلْ مَآ ءَامُرُهُۥ لَيُسْجَنَنَّ وَلَيَكُونًا مِّنَ ٱلصَّٰغِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiWa mugore w’umutware wa Misiri, amaze kubona ibishikiye ba bagore yatumira, yababwiye yiyeza ati: “Ivyo bibashikiye inyuma y’aho muboneye ubwiza bwa Yusufu, ni vyo nanje vyanshikiye, muntako imiragwe muranyandagaza. Ni ukuri, naragerageje kumwiha ndanamwinginga, ariko yaranyankiye. Hamwe n’ivyo rero, sindashirwa, ni ukuri natankorera ivyo ndamwipfuzako, ategerezwa gushirwa mw’ibohero, kandi ni ukuri azoba mu bantu basuzuguritse”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70