وَمَا نُؤَخِّرُهُۥٓ إِلَّا لِأَجَلٍ مَّعْدُودٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBurya ntitubarindirije umusi w’izuka atari ukugira ngo umwe wese aheze ikiringo yategekanirijwe kuba kw’isi, nticunguruzwa kandi ntigisubizwa inyuma.
وَمَا نُؤَخِّرُهُۥٓ إِلَّا لِأَجَلٍ مَّعْدُودٍ