caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 103

Mecca · revelation order 52 · 11:103

إِنَّ فِى ذَٰلِكَ لَـَٔايَةً لِّمَنْ خَافَ عَذَابَ ٱلْـَٔاخِرَةِ ذَٰلِكَ يَوْمٌ مَّجْمُوعٌ لَّهُ ٱلنَّاسُ وَذَٰلِكَ يَوْمٌ مَّشْهُودٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, mw’ihanwa ry’utwo ducimbiri, ni ukuri harimwo inkebuzo kuri uwo wese atinya ibihano vy’Imana Allah mu buzima bw’inyuma yo gupfa, umusi hegeranijwe abantu kugira baharurirwe, maze bahemberwe ivyo bakoze, ni n'umusi ibiremwa vyose bizokwibonera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70