caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 88

Mecca · revelation order 51 · 10:88

وَقَالَ مُوسَىٰ رَبَّنَآ إِنَّكَ ءَاتَيْتَ فِرْعَوْنَ وَمَلَأَهُۥ زِينَةً وَأَمْوَٰلًا فِى ٱلْحَيَوٰةِ ٱلدُّنْيَا رَبَّنَا لِيُضِلُّوا۟ عَن سَبِيلِكَ رَبَّنَا ٱطْمِسْ عَلَىٰٓ أَمْوَٰلِهِمْ وَٱشْدُدْ عَلَىٰ قُلُوبِهِمْ فَلَا يُؤْمِنُوا۟ حَتَّىٰ يَرَوُا۟ ٱلْعَذَابَ ٱلْأَلِيمَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMusa yahavuye atakambira Imana Allah avuga ati: “Mana yacu Rurema Allah! Mu vy’ukuri, Wewe Wahaye Firawuni n’abunganizi biwe ibiryohera amaso mu buzima bwo kw’isi, ha kugushimira, babikoresheje mu guhubisha abantu inzira yawe. Mana yacu Rurema Allah! Honya amatungo yabo ntihagire ico azobamarira, Wongere Utere ikimangu ku mitima yabo, ntibazokwemere gushika bibonereko ibihano bibabaza”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70