caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 100

Mecca · revelation order 51 · 10:100

وَمَا كَانَ لِنَفْسٍ أَن تُؤْمِنَ إِلَّا بِإِذْنِ ٱللَّهِ وَيَجْعَلُ ٱلرِّجْسَ عَلَى ٱلَّذِينَ لَا يَعْقِلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKira noneho rero, nta muntu n’umwe ashobora kwemera Imana Allah, kiretse ku gushobozwa na Yo ku burenganzira bwayo. Burya Imana Allah, Iha ibihano abantu badatahura amabwirizwa yayo, ntibananyurwe n’ivyemezo vyayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70