caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 98

Medina · revelation order 113 · 9:98

وَمِنَ ٱلْأَعْرَابِ مَن يَتَّخِذُ مَا يُنفِقُ مَغْرَمًا وَيَتَرَبَّصُ بِكُمُ ٱلدَّوَآئِرَ عَلَيْهِمْ دَآئِرَةُ ٱلسَّوْءِ وَٱللَّهُ سَمِيعٌ عَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBurya mu Barabu baba mu micungararo y’ibisagara, harimwo uwufata ivyo atanze mu guharanira idini ry’Imana, ko ari agahombo ata n’ico bimwungura, agaheza akabatega imisi y’akaga. Kira noneho, ni bo barindiriwe n’imisi y’akaga! Burya Imana Allah, ni Nyenukwumva, Irumva ivyo bavuga; Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ivyo bakora n’ivyo bazirikana;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70