caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 56

Medina · revelation order 113 · 9:56

وَيَحْلِفُونَ بِٱللَّهِ إِنَّهُمْ لَمِنكُمْ وَمَا هُم مِّنكُمْ وَلَٰكِنَّهُمْ قَوْمٌ يَفْرَقُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiZiranarahira zikarengwa kw’Izina ry’Imana Allah, zibesha ko mu vy’ukuri ziri kumwe na mwe, kandi zitari muri mwebwe. Ariko rero indyarya ni abantu, iyo batinye barahira ku kwiyorobeka.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70