caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 16

Medina · revelation order 113 · 9:16

أَمْ حَسِبْتُمْ أَن تُتْرَكُوا۟ وَلَمَّا يَعْلَمِ ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ جَٰهَدُوا۟ مِنكُمْ وَلَمْ يَتَّخِذُوا۟ مِن دُونِ ٱللَّهِ وَلَا رَسُولِهِۦ وَلَا ٱلْمُؤْمِنِينَ وَلِيجَةً وَٱللَّهُ خَبِيرٌۢ بِمَا تَعْمَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBemeramana! Mbega mwibaza ko Imana Allah Yobareka ukwo mutageragejwe, ngo Yerekane mu vyo Isanzwe Izi abayiharanira vy’ukuri, batigera bagira abagenzi somambike, abateye kubiri n’Imana Allah, Intumwa yayo n’abemeramana! Burya Imana Allah, ni Muhetuziwavyose, Irazi ivyo mukora vyose kandi Izobibahembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70