caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 104

Medina · revelation order 113 · 9:104

أَلَمْ يَعْلَمُوٓا۟ أَنَّ ٱللَّهَ هُوَ يَقْبَلُ ٱلتَّوْبَةَ عَنْ عِبَادِهِۦ وَيَأْخُذُ ٱلصَّدَقَٰتِ وَأَنَّ ٱللَّهَ هُوَ ٱلتَّوَّابُ ٱلرَّحِيمُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega none, abasivye ku rugamba rwa Tabuuki hamwe n'abarugiyeko ntibaramenya ko Imana Allah ari Yo Yonyene Yakirira ibiremwa ukwigaya kwavyo, Ikemera imperezwa Ikanayihembera, n’uko kandi ari Yo Nyenukwumvirabigaya, Yumvira abayitakambira muri vyo, Nyenimbabazi ku batoni bayo!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70