وَذَكَرَ ٱسْمَ رَبِّهِۦ فَصَلَّىٰ Kirundi Translation - Yusuf GahitiAkaninahaza n’izina ry’Imana yiwe Rurema Allah, maze agasenga amasengesho-bwirizwa ku mwanya, arondera gushimwa na Yo.